{"id":26474,"date":"2018-05-13T22:29:54","date_gmt":"2018-05-13T20:29:54","guid":{"rendered":"http:\/\/www.therwandan.com\/ki\/?p=26474"},"modified":"2018-05-13T22:29:54","modified_gmt":"2018-05-13T20:29:54","slug":"arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/","title":{"rendered":"Arusha: Leta y&#8217;u Rwanda yatsinze urubanza mu rukiko rw&#8217;Afrika rw&#8217;uburenganzira bw&#8217;ikiremwamuntu"},"content":{"rendered":"<p>Reta y&#8217;Urwanda yaratsinze urubanza yari yitwariwemwo n&#8217;umukozi wo mu bushikiranganji bw&#8217;ikigega ca Reta muri ico gihugu, muri sentare ya Afrika ijejwe kwubahiriza agateka ka muntu.<\/p>\n<p>Rutabingwa Chrysanthe yari yitwaye avuga ko Reta yahonyanze agateka kiwe mu kumukura mu kazi mu mwaka w&#8217;i 2011. Yasevye indihsi y&#8217;akababaro y&#8217;umuliyoni w&#8217;amadolari y&#8217;Amerika.<br \/>\nMu birego vya Rutabingwa Chrysanthe, yabwiye sentare ko yatanguye akazi mu mwaka w\u20191998 mu gisata co kugenzura igikorwa co gushira muminwe y\u2019abikorera utwabo amashirahamwe ya Reta, cegukira ubushikiranganji bw\u2019ikigega ca Reta. Yavuze ko yashizweho n\u2019inama nshikiranganji.<\/p>\n<p>Inyuma y\u2019imyaka 3, mu mwaka w\u20192011, Rutabingwa yaciye yirukanwa mu kazi. Yagirijwe ko amena amabanga y\u2019akazi.<\/p>\n<p>Umucamanza yasomye ingingo ya nyuma y\u2019urubanza muri sentare ya Afrika yubahiriza agateka ka zina muntu Rutabingwa yahavuye yitura, yaramenyesheje igituma uwo mugabo yiyamirije iyo ngingo yo kumukura mu kazi.<\/p>\n<p>Ku bw\u2019uwitwaye, iyo ngingo yo kumukura mu kazi ntibereye, ihonyanyanga ibwirizwa nshingiro n\u2019amategeko akingira agateka kiwe yaba ayo mu gihugu na mpuzamakungu, amategeko amuha ubwigenge bwo kubaho no kugira uruhara mu bikorwa vy\u2019igihugu,amategeko yo gukingirwa mu kazi, hamwe amategeko arwanya ikumira.<\/p>\n<p>Mu birego vyiwe, uwo munyarwanda yaciye asaba sentare yubahiriza agateka ka zina muntu ko yotegeka Reta y\u2019Urwanda kumusubiza mu kazi, kuronswa umushahara atahembwe kuva akuwe mu kazi gushika sentare imutunganirije. Yasavye kandi kumugurira inzu yagurishije kugira yikenure bitumye n\u2019akazi yakuwemwo hamwe n\u2019indishi y\u2019akababaro ingana n\u2019umuliyoni w\u2019Amadokari y\u2019Amerika, ni ayarenga imiliyoni 850 y\u2019amafranga y\u2019Urwanda.<\/p>\n<p>N\u2019uruhande rwa Reta y\u2019Urwanda rwitwariwe, na rwo nyene rwaragize ico rusaba muri urwo rubanza.<\/p>\n<p>Reta yitwariwe yasavye ko nyabuna urwo rubanza rutokwakirwa, yerekanye kandi ko ivyo uwitwaye vyose yasavye ata nshingiro bifise, ko yakuwe hakurikijwe amategeko kuko yamenye amabanga y\u2019igihugu n\u2019akazi, kugumizaho ingingo yafashwe yo kumukura mu kazi, ko uwo yitwaye yoriha amagarama y\u2019urubanza hamwe n\u2019uko sentare yofata izindi ngingo zibereye zigamije gukingira inyungu z\u2019igihugu c\u2019Urwanda.<\/p>\n<p>Ingingo ya nyuma y\u2019iyo sentare ivuga ko Rutabingwa Chrysanthe yihutiye kwitura sentare yubahiriza agateka ka zina muntu atararangiza izindi nzira zo hagati mu gihugu.<\/p>\n<p>Umucamanza yasomye urubanza yavuze ko Rutabingwa atigeze yitwara muri sentare ntahinyuzwa canke urukiko rw\u2019ikirenga kandi abifitiye uburenganzira.<\/p>\n<p>Sentare yaramuhebuje kandi ko amategeko yerekanye yahonyanzwe atajanye n\u2019ivyo yavuze. N\u2019ikirego ciwe ngo nticatanzwe mu gihe kibereye.<\/p>\n<p>Gutyo ko ivyo yasavye vyose atavyahawe.<\/p>\n<p>Yaba uwitwaye canke uwitwariwe, bose nta numwe yarahari igihe urwo rubanza rwasomwa.<\/p>\n<p>Sentare yavuze ko izo manza zerekeye Urwanda ziriko ziburanishwa canke zigasomwa mu gihe ico gihugu camaze kwiyonjorora mu masezerano aha uburenganzira abantu ku giti c\u2019abo n\u2019amashirahamwe yigenga kwitura iyo sentare kuva mu kwezi kwa 3 umwaka uheze w\u20192017.<\/p>\n<p>Sentare ivuga ko izo manza zari zashingishijwe imbere y\u2019uko Urwanda ruvuga ko rusokoye akarenge muri ayo masezerano.<\/p>\n<p>Umucamanza yasomye urubanza ati: Sentare n\u2019urwo iciye.<\/p>\n<p>Pierre Claver Niyonkuru, i Arusha ku bw\u2019Ijwi ry\u2019Amerika:<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" src=\"https:\/\/www.radiyoyacuvoa.com\/embed\/player\/0\/4392118.html?type=audio\" width=\"100%\" height=\"144\" frameborder=\"0\" scrolling=\"no\" allowfullscreen=\"allowfullscreen\"><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Reta y&#8217;Urwanda yaratsinze urubanza yari yitwariwemwo n&#8217;umukozi wo mu bushikiranganji bw&#8217;ikigega ca Reta muri ico gihugu, muri sentare ya Afrika ijejwe kwubahiriza agateka ka muntu. Rutabingwa Chrysanthe yari yitwaye avuga ko Reta yahonyanze agateka kiwe mu kumukura mu kazi mu mwaka w&#8217;i 2011. Yasevye indihsi y&#8217;akababaro y&#8217;umuliyoni w&#8217;amadolari y&#8217;Amerika. Mu birego vya Rutabingwa Chrysanthe, yabwiye [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":26475,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"footnotes":""},"categories":[63],"tags":[],"class_list":["post-26474","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ubutabera"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v25.3.1 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Arusha: Leta y&#039;u Rwanda yatsinze urubanza mu rukiko rw&#039;Afrika rw&#039;uburenganzira bw&#039;ikiremwamuntu - Umunyarwanda<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Arusha: Leta y&#039;u Rwanda yatsinze urubanza mu rukiko rw&#039;Afrika rw&#039;uburenganzira bw&#039;ikiremwamuntu - Umunyarwanda\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Reta y&#8217;Urwanda yaratsinze urubanza yari yitwariwemwo n&#8217;umukozi wo mu bushikiranganji bw&#8217;ikigega ca Reta muri ico gihugu, muri sentare ya Afrika ijejwe kwubahiriza agateka ka muntu. Rutabingwa Chrysanthe yari yitwaye avuga ko Reta yahonyanze agateka kiwe mu kumukura mu kazi mu mwaka w&#8217;i 2011. Yasevye indihsi y&#8217;akababaro y&#8217;umuliyoni w&#8217;amadolari y&#8217;Amerika. Mu birego vya Rutabingwa Chrysanthe, yabwiye [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Umunyarwanda\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2018-05-13T20:29:54+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-content\/uploads\/sites\/3\/2018\/05\/77EC00E7-5CE1-42D1-8535-EAEDD9598D91_cx0_cy11_cw0_w1023_r1_s.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1023\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"575\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"therwda\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"therwda\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/\",\"url\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/\",\"name\":\"Arusha: Leta y'u Rwanda yatsinze urubanza mu rukiko rw'Afrika rw'uburenganzira bw'ikiremwamuntu - Umunyarwanda\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/#website\"},\"primaryImageOfPage\":{\"@id\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/#primaryimage\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/#primaryimage\"},\"thumbnailUrl\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-content\/uploads\/sites\/3\/2018\/05\/77EC00E7-5CE1-42D1-8535-EAEDD9598D91_cx0_cy11_cw0_w1023_r1_s.jpg\",\"datePublished\":\"2018-05-13T20:29:54+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/#\/schema\/person\/e7443e799cb2ddd036d77274bf6fc089\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/\"]}]},{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/#primaryimage\",\"url\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-content\/uploads\/sites\/3\/2018\/05\/77EC00E7-5CE1-42D1-8535-EAEDD9598D91_cx0_cy11_cw0_w1023_r1_s.jpg\",\"contentUrl\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-content\/uploads\/sites\/3\/2018\/05\/77EC00E7-5CE1-42D1-8535-EAEDD9598D91_cx0_cy11_cw0_w1023_r1_s.jpg\",\"width\":1023,\"height\":575},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Arusha: Leta y&#8217;u Rwanda yatsinze urubanza mu rukiko rw&#8217;Afrika rw&#8217;uburenganzira bw&#8217;ikiremwamuntu\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/#website\",\"url\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/\",\"name\":\"Umunyarwanda\",\"description\":\"The Rwandan\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/#\/schema\/person\/e7443e799cb2ddd036d77274bf6fc089\",\"name\":\"therwda\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/638fa5c55f77e8c27e06281ee4e9bf4c68b2dd109665c9846f31bf16d42f64a5?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/638fa5c55f77e8c27e06281ee4e9bf4c68b2dd109665c9846f31bf16d42f64a5?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"therwda\"},\"url\":\"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/author\/therwda\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Arusha: Leta y'u Rwanda yatsinze urubanza mu rukiko rw'Afrika rw'uburenganzira bw'ikiremwamuntu - Umunyarwanda","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Arusha: Leta y'u Rwanda yatsinze urubanza mu rukiko rw'Afrika rw'uburenganzira bw'ikiremwamuntu - Umunyarwanda","og_description":"Reta y&#8217;Urwanda yaratsinze urubanza yari yitwariwemwo n&#8217;umukozi wo mu bushikiranganji bw&#8217;ikigega ca Reta muri ico gihugu, muri sentare ya Afrika ijejwe kwubahiriza agateka ka muntu. Rutabingwa Chrysanthe yari yitwaye avuga ko Reta yahonyanze agateka kiwe mu kumukura mu kazi mu mwaka w&#8217;i 2011. Yasevye indihsi y&#8217;akababaro y&#8217;umuliyoni w&#8217;amadolari y&#8217;Amerika. Mu birego vya Rutabingwa Chrysanthe, yabwiye [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/","og_site_name":"Umunyarwanda","article_published_time":"2018-05-13T20:29:54+00:00","og_image":[{"width":1023,"height":575,"url":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-content\/uploads\/sites\/3\/2018\/05\/77EC00E7-5CE1-42D1-8535-EAEDD9598D91_cx0_cy11_cw0_w1023_r1_s.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"therwda","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"therwda","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/","url":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/","name":"Arusha: Leta y'u Rwanda yatsinze urubanza mu rukiko rw'Afrika rw'uburenganzira bw'ikiremwamuntu - Umunyarwanda","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/#website"},"primaryImageOfPage":{"@id":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/#primaryimage"},"image":{"@id":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/#primaryimage"},"thumbnailUrl":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-content\/uploads\/sites\/3\/2018\/05\/77EC00E7-5CE1-42D1-8535-EAEDD9598D91_cx0_cy11_cw0_w1023_r1_s.jpg","datePublished":"2018-05-13T20:29:54+00:00","author":{"@id":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/#\/schema\/person\/e7443e799cb2ddd036d77274bf6fc089"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/"]}]},{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/#primaryimage","url":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-content\/uploads\/sites\/3\/2018\/05\/77EC00E7-5CE1-42D1-8535-EAEDD9598D91_cx0_cy11_cw0_w1023_r1_s.jpg","contentUrl":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-content\/uploads\/sites\/3\/2018\/05\/77EC00E7-5CE1-42D1-8535-EAEDD9598D91_cx0_cy11_cw0_w1023_r1_s.jpg","width":1023,"height":575},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/arusha-leta-yu-rwanda-yatsinze-urubanza-mu-rukiko-rwafrika-rwuburenganzira-bwikiremwamuntu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Arusha: Leta y&#8217;u Rwanda yatsinze urubanza mu rukiko rw&#8217;Afrika rw&#8217;uburenganzira bw&#8217;ikiremwamuntu"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/#website","url":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/","name":"Umunyarwanda","description":"The Rwandan","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/#\/schema\/person\/e7443e799cb2ddd036d77274bf6fc089","name":"therwda","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/#\/schema\/person\/image\/","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/638fa5c55f77e8c27e06281ee4e9bf4c68b2dd109665c9846f31bf16d42f64a5?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/638fa5c55f77e8c27e06281ee4e9bf4c68b2dd109665c9846f31bf16d42f64a5?s=96&d=mm&r=g","caption":"therwda"},"url":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/author\/therwda\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26474","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=26474"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26474\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":26476,"href":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26474\/revisions\/26476"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-json\/wp\/v2\/media\/26475"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=26474"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=26474"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.therwandan.com\/ki\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=26474"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}