Hussein Radjabu arahakana ibimuvugwaho mu cyegeranyo cya ONU

1 COMMENT

  1. President Peter NKURUNZIZA ni UMUKURU w’igihugu watowe n’abenegihugu,akaba igisubizo mu guteza imbere igihugu cari caragizwe icibare c’ingoma z’abicanyi bahoza abenegihugu ku nkeke yatuma bamana akarago ku mutwe bahunga igisoda cahahora carangwa n’amacakubiri,npne ubu u BURUNDI buratekanye eka bugendwa ijoro umurango.
    Abo badashakira abeneburundi amahoro ni bo bama bamuharabika,ariko abamutoye basumba kure abo bansi b’amahoro.

Comments are closed.