Impuguke za ONU na RNC ntibavuga rumwe ku ngabo za RNC zivugwa muri Congo

1 COMMENT

  1. Iyo buba ubwumwe bwari ikindi! Mbega izo mpuguke za ONU ko zitaja mu Rwanda kugira enquête ku mpuzi z’abarundi ziriko zirigishwa ivya gisilikare ngo zitere Uburundi? Ko izo mpuguke zitaje kugira amatohoza ku gitero U RWANDA rwagize ku Burundi muri 2015? Abasoda b’U Rwanda, inyenzi-inkotanyi zifadikanije n’abarundi baheruka guheza formation mu Rwanda bakinjizwa muri RDC ko ataco ibavugako? Ahubwo dusanga ari uruyeri rwo kugira bahishire izo nkotanyi binjije muri RDC, bahume amaso amakungu ngo ni Uburundi bushigikiye abatera U Rwanda. Mbega Uburundi bwotera Urwanda ngo bwunguke iki? Hari igipande bwokura ku Rwanda kugira cegamire Uburundi?
    KAGAME baramushuka, n’abaipfuza ko haba intambara hagati y’Uburundi n’Urwanda. Kagame ahitondere, bitabaye uko ashobora gusuka U Rwanda n’abanyarwanda mu manga. Urwanda ubwarwo rwari rwiza ahubwo rufise abayobozi babi, b’inda mbi, b’amacakubiri arenze urupimo. Abanyarwanda nibave hasi bikureko abayobozi babi na cane cane KAGAME kugira umunyarwanda asubire kugira ishusho nziza mu karere no mu makungu. Kuki barabwa nabi kandi ari abana b’Imana, ari abanyafrika nkatwe, kuko abayobozi babo bavyifatamwo nabi bakabateza urubwa.
    Ndaribwaribwa, ndaribwaribwa, ndashaka ko KAGAME ashora intambara ku Burundi maze igihute kimeneke haboneke umugabo uwariwe. Ndaribwaribwa, ndaribwaribwa,
    NKURUNZIZA, nagumane ubwitonzi Imana yamuhaye, apange neza ingabo ziwe zame zigavye turazi ko zihagze neza. Hakurondera umwansi, umwansi niwe yokurondera.

Comments are closed.