Carine Kanimba (Umukobwa wa Rusesabagina) ati: “Papa turagukunda!”

Carine Kanimba

Mu kiganiro yagiranye na Radio Ijwi ry’Amerika, Umukobwa wa Paul Rusesabagina witwa Carine Kanimba yasobanuye ibyo azi kw’ifatwa rya se.

Mushobora kumva ikiganiro cyose hano hasi:

.

.

Paul Rusesabagina hagati y’abakobwa be Carine Kanimba (ibumoso) na Anaïse Kanimba (iburyo). (Photo credit Carine Kanimba)